J'aimerais vous dire que j'ai changé mon blog.Je n'utiliserai plus ce blog-ci,actuellement mes coordonnées sont sur le facebook
Et voici mon lien sur le facebook:http://www.facebook.com/#/profile.php?ref=name&id=100000200323583
mardi 24 novembre 2009
samedi 7 novembre 2009
Ehe ubuntu bw'Imana
"Vyose bifataniriza hamwe kutuzanira Ivyiza"Nitureke rero kwiganyira kuko uwaturemye niwe azi kazoza kacu.Imigambi adufitiye n'Imigambi myiza y'amahoro atari y'ivyago.
Kandi Amasezerano y'Imana ni Ego na Amen ko ategerezwa gushika uko bimeze kwose.
Twihangane rero mu bugararwa turiko turacamwo kuko vuba bidatevye Imvura igiye kurwa kuko Agacu kamaze guseruka.
Dukomeze gusenga gusa,twizera,dushima,dukenguruka Uwaturemye kuko atakindi dufise twokora atariguha Amashimwe Uhoraro.
Amen
vendredi 30 octobre 2009
Ivyo mw'ikambi
Inscription à :
Commentaires (Atom)
